• Econet Wireless Burundi

    281 A, Boulevard de l'uprona

    BP: 431 , Bujumbura Burundi

  • (+257) 76 222 506

    info@econet-leo.bi

    info@econet-leo.bi

  • Lun- Vend: 8hr - 17hr

    Sam: 11hr - 15hr

    Dim: 10hr - 14hr

Econet leo yabazaniye BWAKEYE BURUNDI ! ! !

zinduka

Guhamagara kw-ifaranga 1 gusa ku musengoda ubu birashoboka ku muhora wanyu wa Econet leo mwikundira! Econet leo yabazaniye BWAKEYE BURUNDI !!! Igiciro kidasanzwe!
Econet leo yabazaniye BWAKEYE BURUNDI, akarusho kadasanzwe. Bwakeye Burundi, akarusho kaje mu ntumbero yo kworohereza abanywanyi badahengeshanya gushigikira uwo muhora. Ni akarusho kabaha ubushobozi bwo guhamagara kw-ifaranga 1 gusa ku musegonda inomero zose za Econet leo, mu kiringo c’amasaha abiri ari hagati y’isaha cumi n’imwe z-agaturuturu gushika isaha imwe y’agatondo.

 

Muti bikora gute ?


Umunywanyi wese afise ikarata y’umuhora wa Econet leo ararekuriwe guhimbarirwa ako karusho muri ico kiringo gatunganijwemwo, n’ukuvuga hagati y’isaha cumi n’imwe z’agatondo (5H du matin) gushika isaha imwe z’agatondo (7H du matin).
Umunywanyi atora iterefone yiwe irimwo ikarata simu y’umuhora wa Econet leo, akishiriramwo ama inite, agaheza agaterefona incuti, abagenzi, ababanyi, n’abandi bose yifuza basanzwe bari kumwe ku muhora wagukiye bose wa Econet leo. Abahamagara kuri 1F kw-isegonda. Umwanyi arekuriwe guhamagara abo yifuza bose muri ico kiringo, ata nkomanzi.

 

Ntimutangwe rero kumenyesha abanyu iyo nkuru ihimbaye, ngo nabo bahamagare abagenzi n’incuti zabo batavunitse na BWAKEYE BURUNDI.
Bwakeye Burundi!!!
Econet leo ntaco itagira ngo yorohereze abanywanyi bayo.
Econet leo izokwama ibatangaza!
Econet leo, turi kumwe namwe!

BIRAMARA – Des bouquets à vous couper le souffle !!!

Biramara 24

. . . BIRAMARA . . .

Dans le cadre de nos efforts visant à introduire des produits destinés aux jeunes et à la jeunesse burundaise, toute l’équipe d’Econet leo est ravie de lancer et de vous présenter de nouveaux bouquets BIRAMARA, spécialement conçus pour répondre aux besoins des jeunes burundais en SMS et en MB ainsi en réseaux sociaux. Avec les nouveaux  BIRAMARA, la jeunesse comprise entre 16 et 30 ans et utilisant la carte SIM Econet leo va bénéficier des avantages inédits et ce, pour moins d'argent pour leurs communications à la manière qu’ils préfèrent.

« Avec BIRAMARA, obtenez plus pour moins d’argent ! »

BIRAMARA – comment faire

Les bouquets BIRAMARA répondent aux besoins en INTERNET et en SMS des jeunes gens. En effet, obtenir WhatsApp et Facebook en illimité est parfaitement compatible avec les besoins de ces jeunes de toujours socialiser avec leurs amis et le reste du monde. En plus de cet accès, ces jeunes bénéficieront également d’un paquet de SMS et de MB leur permettant de chatter avec leurs amis

Comment puis-je obtenir un bouquet BIRAMARA?

C’est très simple : tout ce que vous avez à faire est de composer *404#. Ensuite, vous choisissez votre forfait préféré. En composant *404# OK vous accéder au menu BIRAMARA suivant :

Obtenez 20 SMS + 40 MB + WhatsApp + Facebook à 300F  valides pour 24H

Obtenez 35 SMS + 70 MB + WhatsApp + Facebook à 500F  valides pour 24H

Obtenez 50 SMS + 100 MB + WhatsApp + Facebook à 1000F  valides pour 7 jours

Obtenez 75 SMS + 150 MB + WhatsApp + Facebook à 1500F  valides pour 7 jours

Obtenez 100 SMS + 200 MB + WhatsApp + Facebook à 3000F  valides pour 24H

Vous pourrez avoir plusieurs abonnements sur un bouquet BIRAMARA. Vous pouvez également acheter le plusieurs bouquets différents autant de fois que vous le souhaitez, même si votre bouquet BIRAMARA précédemment acheté n'est pas épuisé.

Les bouquets BIRAMARA sont des bouquets à ne pas si vous êtes parmi les 16 – 30 ans. BIRAMARA se veut être la meilleure offre pour la jeunesse sur le marché burundais car avec les bouquets BIRAMARA, vous bénéficiez d’une réduction jusqu’è 48% sur les prix.

Les bouquets BIRAMARA ont la qualité d’être accessible et offre plus de valeur.

Pour plus d’informations, visitez nos pages Facebook et Twitter ou appelez-nous au 100 à tout moment.

ANDIKA UTSINDE !!! Himbaza iminsi mikuru yo kurangiza umwaka mutsindira ubushimwe butandukanye nk' UMUDUGA, AMAFARANGA, AMA INITE vyose mu kanyamuneza hamwe na Econet leo! Rungika ijambo OK kuri 800 , wiyandikishe mw'ihiganwa. Ishura neza ibibazo, uronke amanota nayo aheze aguhe amahirwe yo gutsinda ku munsi, ku ndwi, ku kwezi canke mu mpera za promotion.

SMS ni amafaranga 100. 

Menya Neza = mu kwishura ibibazo, rungika gusa urudome ruhuye n'inyishu y'ikibazo wahisemwo (Akarorero : A)

Econet SMS Promo 5 Noel

Our Brands

  • 22 novembre 2015 Super User Read More
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 1
  • 2
  • 3